37 : 3
فَٱلتَّٰلِيَٰتِ ذِكۡرًا
No ku bamalayika basoma urwibutso n’amajambo yanje mu guhishurira Intumwa!
Explanation & meanings · 1
- Imana Allah Irahira ku co Ishatse mu biremwa vyayo, nayo ibiremwa ntibirekuriwe kurahira, kiretse kw’izina ryayo gusa. Ukurahira kw’izina ry’ikitari Imana Allah, ni ibangikanyamana.