Skip to content
يسٓ /

Ayah 9

36 : 9

Ayah 9 of يسٓ (36 : 9). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يسٓ Ayahs 83
Surah · يسٓ
Ikirundi · Gehiti
36 : 9

وَجَعَلۡنَا مِنۢ بَيۡنِ أَيۡدِيهِمۡ سَدّٗا وَمِنۡ خَلۡفِهِمۡ سَدّٗا فَأَغۡشَيۡنَٰهُمۡ فَهُمۡ لَا يُبۡصِرُونَ

Imbere yabo n’inyuma yabo hose, Twebwe Allah Twarahakingiriye baraheza baba nk’uwugariwe inzira imbere n’inyuma yiwe, maze Duhumya n’amaso yabo, ntibashobora kubona n’inzira ibarongora ku kuri, kubera amanyama n’ubugarariji vyabo;

Explanation & meanings · 1
  1. Ukudashobozwa kubona ukuri ngo ugukurikire, ni co gihano c’uwo wese agira amanyama mu kugarariza ukuri.