Skip to content
يسٓ /

Ayah 6

36 : 6

Ayah 6 of يسٓ (36 : 6). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يسٓ Ayahs 83
Surah · يسٓ
Ikirundi · Gehiti
36 : 6

لِتُنذِرَ قَوۡمٗا مَّآ أُنذِرَ ءَابَآؤُهُمۡ فَهُمۡ غَٰفِلُونَ

Ntumwa y’Imana! Warungikanwe Qor’ani, kugira ugabishe ku bihano vy’Imana Allah, abantu ba se babo batagabishijwe igihe kirekire, baraheza rero baragotwa ntibemera;

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, ihimiriza abamenyi mw’idini, ko bategerezwa kwama bibutsa abantu, kugira ntibagotwe ku mabwirizwa y’Imana Allah.