34 : 49
قُلۡ جَآءَ ٱلۡحَقُّ وَمَا يُبۡدِئُ ٱلۡبَٰطِلُ وَمَا يُعِيدُ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ukuri kw’amabwirizwa y’ubwislamu kwaramaze kuja ahabona, ikinyoma c’ubugarariji na co kiraheza kirazimangana, kigenda amazimayongo, ntikiriko kiragaruka bushasha kandi ngo gitanguzwe”.