Skip to content
سَبإ /

Ayah 44

34 : 44

Ayah 44 of سَبإ (34 : 44). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

سَبإ Ayahs 54
Surah · سَبإ
Ikirundi · Gehiti
34 : 44

وَمَآ ءَاتَيۡنَٰهُم مِّن كُتُبٖ يَدۡرُسُونَهَاۖ وَمَآ أَرۡسَلۡنَآ إِلَيۡهِمۡ قَبۡلَكَ مِن نَّذِيرٖ

Ntumwa y'Imana! Twebwe Allah, ntitwigeze Tumanurira abagarariji b'i Makka imbere y’ihishurwa rya Qor’ani, ibitabu basomamwo ko Qor’ani wahishuriwe ari uburozi, eka nta n’Intumwa Twabarungikiye imbere y’irungikwa ryawe, ibagabisha ku bihano vyacu.