Skip to content
سَبإ /

Ayah 40

34 : 40

Ayah 40 of سَبإ (34 : 40). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

سَبإ Ayahs 54
Surah · سَبإ
Ikirundi · Gehiti
34 : 40

وَيَوۡمَ يَحۡشُرُهُمۡ جَمِيعٗا ثُمَّ يَقُولُ لِلۡمَلَٰٓئِكَةِ أَهَٰٓؤُلَآءِ إِيَّاكُمۡ كَانُواْ يَعۡبُدُونَ

Ntumwa y’Imana! Ibuka umusi Imana Allah Yegeranirije hamwe ababangikanyamana n’abo basenga mu bamalayika mu gishingo cayo, hanyuma Ikabwira abamalayika mu gutetereza ababasenga Iti: “Mbega aba, ni mwebwe basenga mu gishingo canje?”;