Skip to content
لُقمَان /

Ayah 8

31 : 8
لُقمَان Ayahs 34
Surah · لُقمَان
Ikirundi · Gehiti
31 : 8

إِنَّ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ لَهُمۡ جَنَّٰتُ ٱلنَّعِيمِ

Mu vy’ukuri, abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, barategekanirijwe Ubwami bw’ijuru bwuzuyemwo inema;