Skip to content
لُقمَان /

Ayah 27

31 : 27

Ayah 27 of لُقمَان (31 : 27). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

لُقمَان Ayahs 34
Surah · لُقمَان
Ikirundi · Gehiti
31 : 27

وَلَوۡ أَنَّمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ مِن شَجَرَةٍ أَقۡلَٰمٞ وَٱلۡبَحۡرُ يَمُدُّهُۥ مِنۢ بَعۡدِهِۦ سَبۡعَةُ أَبۡحُرٖ مَّا نَفِدَتۡ كَلِمَٰتُ ٱللَّهِۚ إِنَّ ٱللَّهَ عَزِيزٌ حَكِيمٞ

Ni ukuri, iyo ibiti vyose biri kw’isi bihinduka ikaramu, amazi y’amabahari yose hiyongeyeko n’ayandi mabahari indwi, yose agacika irangi, maze bikandika amajambo y’Imana Allah yerekeye ubumenyi n’ingingo vyayo, ivyo Ihishurira abamalayika n’Intumwa zayo; nya karamu zovungaguritse, na nya mazi y’amabahari yose yokamye imbere yuko amajambo y’Imana Allah ahera kwandikwa. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah iremeza ko Imana Allah Ivuga Igatomora amajambo mu buryo buberanye n’icubahiro cayo.