Skip to content
Ar-Ruum /

Ayah 5

30 : 5

Ayah 5 of Ar-Ruum (30 : 5). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Ar-Ruum Ayahs 60
Surah · Ar-Ruum
Ikirundi · Gehiti
30 : 5

بِنَصۡرِ ٱللَّهِۚ يَنصُرُ مَن يَشَآءُۖ وَهُوَ ٱلۡعَزِيزُ ٱلرَّحِيمُ

Kubera iyo ntsinzi Imana Allah Yahaye Abaromani bakanesha Abafursi. Burya Imana Allah, Itabara uwo Ishatse agatsinda, Igatetereza uwo Ishatse agatsindwa; ni na Yo Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo rero vyabaye haciye ikiringo c’imyaka indwi kuva aho Abaromani banesherejwe n’Abafursi, maze Abaromani baranesha Abafursi, abislamu na bo baraheza banezerezwa n’iyo ntsinzi y’Abaromani kuko bari mu bahawe Igitabu, n’aho vyashitse bakagihindagura.