Skip to content
آل عِمران /

Ayah 163

3 : 163

Ayah 163 of آل عِمران (3 : 163). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

آل عِمران Ayahs 200
Surah · آل عِمران
Ikirundi · Gehiti
3 : 163

هُمۡ دَرَجَٰتٌ عِندَ ٱللَّهِۗ وَٱللَّهُ بَصِيرُۢ بِمَا يَعۡمَلُونَ

Abantu bo mu Bwami bw’ijuru rero, bazoba barutana mu vyubahiro hisunzwe ibikorwa vyabo, nk’uko n’abantu bo mu muriro bazoba barutana mu ngero z’inyenga y’umuriro barimwo, hisunzwe ivyaha vyabo. Burya Imana Allah rero, ni Nyenukubona, Irabona neza ivyo bakora, kandi Izobibahembera.