Skip to content
آل عِمران /

Ayah 161

3 : 161

Ayah 161 of آل عِمران (3 : 161). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

آل عِمران Ayahs 200
Surah · آل عِمران
Ikirundi · Gehiti
3 : 161

وَمَا كَانَ لِنَبِيٍّ أَن يَغُلَّۚ وَمَن يَغۡلُلۡ يَأۡتِ بِمَا غَلَّ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِۚ ثُمَّ تُوَفَّىٰ كُلُّ نَفۡسٖ مَّا كَسَبَتۡ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ

Ngendanyi z’intumwa! Nta ho vyakabaye ko Umuvugishwamana ahemukira ingendanyi ziwe mu kwiha na kimwe mu minyago, kiretse ico yagenewe n’Imana Allah. Uwo wese rero muri mwebwe yohemuka akiha na kimwe mu minyago, azoza ku musi w’izuka acikoreye ku guteterezwa imbere y’ibiremwa vyose. Hanyuma ikiremwa cose gifise ubuzima kizotunganirizwa ku ndishi y’ivyo carondeye. Abantu rero ntibazonarenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi.