Skip to content
العَنكبُوت /

Ayah 37

29 : 37
العَنكبُوت Ayahs 69
29 : 37

فَكَذَّبُوهُ فَأَخَذَتۡهُمُ ٱلرَّجۡفَةُ فَأَصۡبَحُواْ فِي دَارِهِمۡ جَٰثِمِينَ

Maze abantu bo muri Madiyana barahakana bivuye inyuma Intumwa Shu’ayibu, nyamugigima y’akataraboneka ica irabajegeza, maze buca mu mihana yabo ari ibiziga vyibereye aho.