28 : 66
فَعَمِيَتۡ عَلَيۡهِمُ ٱلۡأَنۢبَآءُ يَوۡمَئِذٖ فَهُمۡ لَا يَتَسَآءَلُونَ
Nta vyireguzo kuri uwo musi bazoronka, bazobura ayo bacira n’ayo bamira, ntibazonabazanya hagati yabo ngo baronke inyishu yobagirira akamaro.