28 : 5
وَنُرِيدُ أَن نَّمُنَّ عَلَى ٱلَّذِينَ ٱسۡتُضۡعِفُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَنَجۡعَلَهُمۡ أَئِمَّةٗ وَنَجۡعَلَهُمُ ٱلۡوَٰرِثِينَ
Twebwe Allah, Dushaka rero gutera iteka abacinyijwe bagacurwa bufuni na buhoro kw’isi, maze Tubagire indongozi zirarikira abandi ugukora ivyiza, Tunabahe gutorana isi mu nyuma y’ihonywa rya Firawuni n’abantu biwe;