27 : 75
وَمَا مِنۡ غَآئِبَةٖ فِي ٱلسَّمَآءِ وَٱلۡأَرۡضِ إِلَّا فِي كِتَٰبٖ مُّبِينٍ
Nta n’ikintu na kimwe kinyegejwe ibiremwa mw’ijuru no mw’isi, kiretse ko kiri mu Gitabu nyezina “Lawhu Mahfuudhw” gitomora kigahetura vyose ku Mana Allah; vyaba ari ivyo muri kahise canke muri kazoza.