Skip to content
النَّمل /

Ayah 66

27 : 66
النَّمل Ayahs 93
Surah · النَّمل
Ikirundi · Gehiti
27 : 66

بَلِ ٱدَّٰرَكَ عِلۡمُهُمۡ فِي ٱلۡأٓخِرَةِۚ بَلۡ هُمۡ فِي شَكّٖ مِّنۡهَاۖ بَلۡ هُم مِّنۡهَا عَمُونَ

Ahubwo bazomenya neza ibinyegejwe igihe babibonye ukuri kwamye mu buzima bw’inyuma yo gupfa, mu gihe bakiri kw’isi bahorana amakenga ko nya buzima butabaho, ahubwo rero ababangikanyamana, ni ibipfamaso”.