Skip to content
النَّمل /

Ayah 48

27 : 48

Ayah 48 of النَّمل (27 : 48). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّمل Ayahs 93
Surah · النَّمل
Ikirundi · Gehiti
27 : 48

وَكَانَ فِي ٱلۡمَدِينَةِ تِسۡعَةُ رَهۡطٖ يُفۡسِدُونَ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَا يُصۡلِحُونَ

Mu gisagara ca Swalehe rero, hari abantu b’ibigaba icenda bagenzwa n’ubwononyi kw’isi; ntibigera bakora ibitunganye namba;

Explanation & meanings · 1
  1. Ico gisagara, ubu kiri ahitwa “Al-Hijri” mu buraruko bushira uburengero bw’ikigobe c’Abarabu.