Skip to content
النَّمل /

Ayah 26

27 : 26
النَّمل Ayahs 93
Surah · النَّمل
Ikirundi · Gehiti
27 : 26

ٱللَّهُ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ رَبُّ ٱلۡعَرۡشِ ٱلۡعَظِيمِ۩

Allah ni Yo Mana ata yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo, ni Yo Rurema w’Ubuhangamo buhambaye”.

Explanation & meanings · 1
  1. Ubuhangamo “ARSH”, ni co kiremwa kinini cane gusumba ibindi biremwa vyose. Usomye iyi Aayah ukagera ku mpera, uca wubama.