Skip to content
الشعراء /

Ayah 38

26 : 38

Ayah 38 of الشعراء (26 : 38). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشعراء Ayahs 227
Surah · الشعراء
Ikirundi · Gehiti
26 : 38

فَجُمِعَ ٱلسَّحَرَةُ لِمِيقَٰتِ يَوۡمٖ مَّعۡلُومٖ

Ni ho rero abakonikoni bose bakoranirizwa hamwe ku musi w’isango nyezina;

Explanation & meanings · 1
  1. Hari ku musi w’ihimbazwa ry’ibirori, igihe abantu bambaye bakaberwa, bakaba bakoranye mu gitondo bavuye mu mihingo yose y’igihugu ca Misiri.