Skip to content
الشعراء /

Ayah 160

26 : 160
الشعراء Ayahs 227
Surah · الشعراء
Ikirundi · Gehiti
26 : 160

كَذَّبَتۡ قَوۡمُ لُوطٍ ٱلۡمُرۡسَلِينَ

Abantu ba Luutwi barahakanye bivuye inyuma Intumwa yabo Luutwi, baca bafatwa nk’aho bahakanye Intumwa zose.

Explanation & meanings · 1
  1. Kuko Intumwa iyo ari yo yose irungitswe, ibwiriza abo irungitsweko kwemera Intumwa zose.