26 : 141
كَذَّبَتۡ ثَمُودُ ٱلۡمُرۡسَلِينَ
Bene Thamuudi barahakanye bivuye inyuma Intumwa yabo Swalehe, baca bafatwa nk’aho bahakanye Intumwa zose.
Explanation & meanings · 1
- Kuko Intumwa iyo ari yo yose irungitswe, ibwiriza abo irungitsweko kwemera Intumwa zose.