Skip to content
النور /

Ayah 7

24 : 7
النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 7

وَٱلۡخَٰمِسَةُ أَنَّ لَعۡنَتَ ٱللَّهِ عَلَيۡهِ إِن كَانَ مِنَ ٱلۡكَٰذِبِينَ

Aheze yongereko n’indahiro igira gatanu yo kwisabira imivumo y’Imana Allah avuga ati: “Ndakavumwa n’Imana Allah, ninaba mbeshera umukenyezi wanje ku caha c’ubusambanyi ndamwagiriza”.