24 : 52
وَمَن يُطِعِ ٱللَّهَ وَرَسُولَهُۥ وَيَخۡشَ ٱللَّهَ وَيَتَّقۡهِ فَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡفَآئِزُونَ
Uwo wese rero, yumviye Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo mu kwubahiriza amabwirizwa, akamana impungenge zitewe no gutinya guhanwa n’Imana Allah, uyo rero ari mu bantu benintsinzi y’Ubwami bw’ijuru.