Skip to content
النور /

Ayah 34

24 : 34

Ayah 34 of النور (24 : 34). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 34

وَلَقَدۡ أَنزَلۡنَآ إِلَيۡكُمۡ ءَايَٰتٖ مُّبَيِّنَٰتٖ وَمَثَلٗا مِّنَ ٱلَّذِينَ خَلَوۡاْ مِن قَبۡلِكُمۡ وَمَوۡعِظَةٗ لِّلۡمُتَّقِينَ

Bemeramana! Ni ukuri, Twarabamanuriye Aayah za Qor’ani zitomoye zigaragaza ukuri, Tubacira n’agace ku vyashikiye abantu b’aho hambere yanyu, kugira bibere inkebuzo n’inyigisho abagamburukiramana.