Skip to content
النور /

Ayah 26

24 : 26

Ayah 26 of النور (24 : 26). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 26

ٱلۡخَبِيثَٰتُ لِلۡخَبِيثِينَ وَٱلۡخَبِيثُونَ لِلۡخَبِيثَٰتِۖ وَٱلطَّيِّبَٰتُ لِلطَّيِّبِينَ وَٱلطَّيِّبُونَ لِلطَّيِّبَٰتِۚ أُوْلَٰٓئِكَ مُبَرَّءُونَ مِمَّا يَقُولُونَۖ لَهُم مَّغۡفِرَةٞ وَرِزۡقٞ كَرِيمٞ

Igihumbu kiberanye n’inshirasoni, amajambo n’ibikorwa vy’ubuhumbu n’ivy’ubushirasoni biberanye n’abantu b’izo ngeso mbi. Intore mu bagabo no mu bagore zirajana, amajambo n’ibikorwa vy’ubutore biberanye n’intore. Izo ntore rero, ziri kure cane y’amabi yose y’ubushurashuzi bazirementaniriza, zirera. Imana Allah Izozigumiriza akabanga, ziheze zibabarirwe ivyaha vyazo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, maze zironke n’impano zubashwe kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru.