Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 97

23 : 97

Ayah 97 of المؤمنُون (23 : 97). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 97

وَقُل رَّبِّ أَعُوذُ بِكَ مِنۡ هَمَزَٰتِ ٱلشَّيَٰطِينِ

Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Mana yanje Rurema Allah! Ndakwikinzeko Unkingire inyoshambi z’amashetani zituma umuntu agenzwa n’ubwononyi akanarwanya n’ukuri;