23 : 93
قُل رَّبِّ إِمَّا تُرِيَنِّي مَا يُوعَدُونَ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Mana yanje Rurema Allah! Uramutse Unyeretse ibihano Usezeranira ababangikanyamana, ndagusavye ko Wonkingira nya bihano;