23 : 92
عَٰلِمِ ٱلۡغَيۡبِ وَٱلشَّهَٰدَةِ فَتَعَٰلَىٰ عَمَّا يُشۡرِكُونَ
Ni Yo Rumenyi w’ibintu vyose, Irazi ibinyegeje n’ibiboneka, nihabwe rero icubahiro nta ngere mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayibangikanya.
Ayah 92 of المؤمنُون (23 : 92). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.