23 : 67
مُسۡتَكۡبِرِينَ بِهِۦ سَٰمِرٗا تَهۡجُرُونَ
Ivyo mukabigira ku manyama n’ubwishime ku bantu, mwigamba ko mutigera muganzwa kuko muri hambavu y’ingoro ntagatifu Al-ka’ba, mugateramira hambavu ya nya ngoro muvuga amajambo mabi adashimisha Imana Allah".