23 : 39
قَالَ رَبِّ ٱنصُرۡنِي بِمَا كَذَّبُونِ
Hudi yavuze atakambira Imana Allah ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ntabara kw’ihakana ry’abantu banje, kuko bamirira kure ubutumwa bwawe ndabashikiriza”.