Skip to content
Al-Mu-minuuna /

Ayah 21

23 : 21

Ayah 21 of Al-Mu-minuuna (23 : 21). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Mu-minuuna Ayahs 118
Surah · Al-Mu-minuuna
Ikirundi · Gehiti
23 : 21

وَإِنَّ لَكُمۡ فِي ٱلۡأَنۡعَٰمِ لَعِبۡرَةٗۖ نُّسۡقِيكُم مِّمَّا فِي بُطُونِهَا وَلَكُمۡ فِيهَا مَنَٰفِعُ كَثِيرَةٞ وَمِنۡهَا تَأۡكُلُونَ

Bantu! Mu vy’ukuri, murafise mw’iremwa ry’ibitungwa inkebuzo yotuma mwikebuka, Tubanywesha mu biri mu nda yavyo amata, muranafise kuri ivyo bitungwa ibintu vyinshi ngirakamaro mwikorako; nk’ubwoya, insato n’ibindi, muranafungura n’inyama zavyo;

Explanation & meanings · 1
  1. Ibitungwa, ni ingamiya, inka n’intungwa (an'aam).