23 : 20
وَشَجَرَةٗ تَخۡرُجُ مِن طُورِ سَيۡنَآءَ تَنۢبُتُ بِٱلدُّهۡنِ وَصِبۡغٖ لِّلۡأٓكِلِينَ
Tukanabamereshereza n’igiti c’Umuzayituni kimera canecane hambavu y’umusozi wa Sinayi, mu vyamwa vyaco rero haraheza hagahingurwamwo amavuta abantu bisiga bakanayafungura.