Skip to content
الحج /

Ayah 9

22 : 9

Ayah 9 of الحج (22 : 9). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 9

ثَانِيَ عِطۡفِهِۦ لِيُضِلَّ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِۖ لَهُۥ فِي ٱلدُّنۡيَا خِزۡيٞۖ وَنُذِيقُهُۥ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ عَذَابَ ٱلۡحَرِيقِ

Agakebanya izosi ku manyama yirengagiza ukuri, kugira aburagize abantu kwinjira mw’idini ry’Imana Allah. Uyo rero yaragenewe guteterwa kw’isi igihe ikinyoma camutekurukanye, kandi Twebwe Allah Tuzonamuhonja ibihano mu muriro ku musi w’izuka;