Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 85

21 : 85
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 85

وَإِسۡمَٰعِيلَ وَإِدۡرِيسَ وَذَا ٱلۡكِفۡلِۖ كُلّٞ مِّنَ ٱلصَّٰبِرِينَ

Ntumwa y’Imana! Ibuka kandi inkuru ya Ismayili, Idrisa na Dhu l-kifli (ba nyakugira amahoro y’Imana Allah), abo bose barihanganira igamburukiramana n’igeragezwa, bituma bayagwa neza n’ibiremwa;

Explanation & meanings · 1
  1. Umwana wa Ayubu.