Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 15

21 : 15
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 15

فَمَا زَالَت تِّلۡكَ دَعۡوَىٰهُمۡ حَتَّىٰ جَعَلۡنَٰهُمۡ حَصِيدًا خَٰمِدِينَ

Ntibaretse kuguma bisabira uguhona bihebuye gushika n’aho Tubahonereje Tukabagira nk’igiterwa caranduwe kikumagana, babaye intumbi zibereye aho.

Explanation & meanings · 1
  1. Muri iyi Aayah harimwo igabisha rikomeye ku bantu barungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ko mu gihe bobandanya guhakana iyo Ntumwa, boshikirwa n’ibihano nk’ivyashikiye abantu bo hambere yabo.