Skip to content
طه /

Ayah 87

20 : 87
طه Ayahs 135
Surah · طه
Ikirundi · Gehiti
20 : 87

قَالُواْ مَآ أَخۡلَفۡنَا مَوۡعِدَكَ بِمَلۡكِنَا وَلَٰكِنَّا حُمِّلۡنَآ أَوۡزَارٗا مِّن زِينَةِ ٱلۡقَوۡمِ فَقَذَفۡنَٰهَا فَكَذَٰلِكَ أَلۡقَى ٱلسَّامِرِيُّ

Abantu ba Musa bamwishuye bati: “Ntitwaciye kubiri n’isezerano ryawe tubishaka, ariko twakorewe ivyaha vy’ibisharizo vy’abantu ba Firawuni bihinguwe mu nzahabu, maze dutegekwa na Saamiriy guterera nya nzahabu mu kinogo c’umuriro ngo tugirirwe ikigongwe n’Imana Allah, ni nk’ukwo nyene rero Saamiriy yataye muri nya kinogo urushi rw’ivu ry’aho ifarasi ya Jibrili (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yahonyoje ikinono”.

Explanation & meanings · 1
  1. Ni ibisharizo bihinguwe mu nzahabu, abakenyezi muri Bene Israyeli bari batiye ku bantu ba Firawuni ngo na bo bashaze ku musi w’ibirori, igihe Musa n’abarozi ba Firawuni bahurira hamwe. Nya bisharizo rero, baciye bagenda babitwaye.