Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 92

2 : 92

Ayah 92 of البَقَرَة (2 : 92). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 92

۞ وَلَقَدۡ جَآءَكُم مُّوسَىٰ بِٱلۡبَيِّنَٰتِ ثُمَّ ٱتَّخَذۡتُمُ ٱلۡعِجۡلَ مِنۢ بَعۡدِهِۦ وَأَنتُمۡ ظَٰلِمُونَ

Ni ukuri, Umuvugishwamana Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yarabazaniye ibitangaro bigaragara vyemeza ukuri kwiwe, hamwe n’ivyo rero mwafashe igishusho c’inyana y’inka mwibumbiye muragisenga mu nyuma y’aho Musa agiriye kw’isezerano ryo kuvugana n’Imana Allah, mu gihe mwari abirenganije mu gusenga ibintazi.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo bitangaro bikaba vyari ibi bikurikira: ihinduka ry’inkoni ikaba inzoka amahanga, gusayangana kw’ikiganza mu gihe agikuye mu kwaha, itera ry’amapfa, ikeha ry’umwimbu w’ivyamwa, itera ry’imyuzurire y’amazi, itera ry’inzige, itera ry’udukoko turya ico ari co cose duhuye na co, itera ry’ibikere bikwiragiye hose n’ihinduka ry’ibinyobwa bigacika amaraso.