Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 63

2 : 63

Ayah 63 of البَقَرَة (2 : 63). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 63

وَإِذۡ أَخَذۡنَا مِيثَٰقَكُمۡ وَرَفَعۡنَا فَوۡقَكُمُ ٱلطُّورَ خُذُواْ مَآ ءَاتَيۡنَٰكُم بِقُوَّةٖ وَٱذۡكُرُواْ مَا فِيهِ لَعَلَّكُمۡ تَتَّقُونَ

Bene Israyeli! Nimwibuke n’igihe Twabaha isezerano ko mwemera Imana Imwe Rudende Allah mukubahiriza n’ibiri muri Tawurati, Tukarerura hejuru yanyu umusozi Sinayi, Tukababwira Duti: “Nimufate nkama ivyo Twabategetse muri Tawurati Tutarabakororerako uwo musozi, maze mwitwararike gusoma no gukurikiza ibiri muri yo kugira ngo mwikingire ibihano”.