Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 227

2 : 227

Ayah 227 of البَقَرَة (2 : 227). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 227

وَإِنۡ عَزَمُواْ ٱلطَّلَٰقَ فَإِنَّ ٱللَّهَ سَمِيعٌ عَلِيمٞ

Nibapfundika ingingo yo kwahukana naho, bakaguma ku ndahiro yabo y’ukutarangura amabanga y’abubatse muri nya kiringo, mu vy’ukuri Imana Allah Irumva ivyo bavuga, Irazi neza n’ivyo bazirikana, kandi Izobibahembera.