Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 214

2 : 214

Ayah 214 of البَقَرَة (2 : 214). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 214

أَمۡ حَسِبۡتُمۡ أَن تَدۡخُلُواْ ٱلۡجَنَّةَ وَلَمَّا يَأۡتِكُم مَّثَلُ ٱلَّذِينَ خَلَوۡاْ مِن قَبۡلِكُمۖ مَّسَّتۡهُمُ ٱلۡبَأۡسَآءُ وَٱلضَّرَّآءُ وَزُلۡزِلُواْ حَتَّىٰ يَقُولَ ٱلرَّسُولُ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مَعَهُۥ مَتَىٰ نَصۡرُ ٱللَّهِۗ أَلَآ إِنَّ نَصۡرَ ٱللَّهِ قَرِيبٞ

Bemeramana! Ahubwo rero, mwibaza none ko mwokwinjira mu Bwami bw’ijuru mutarashikirwa n’ibigeragezo nk’ivyashikiye abakurambere banyu mu kwemera! Barakozweko n’ubukene, indwara n’ubwoba, barahinda igisamagugu bitewe n’ukuntu bageragejwe, gushika aho Intumwa n’abemeramana bari kumwe bavuga bati: “Intsinzi y’Imana Allah izoshika ryari?”. Bantu! Nimwumve mwumvireho! Burya intsinzi iturutse ku Mana Allah iri hafi ku bemera.

Explanation & meanings · 1
  1. Guhinda igisamagugu, ni ukurengerwa n’ingorane ukabura aho witura.