Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 103

2 : 103

Ayah 103 of البَقَرَة (2 : 103). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 103

وَلَوۡ أَنَّهُمۡ ءَامَنُواْ وَٱتَّقَوۡاْ لَمَثُوبَةٞ مِّنۡ عِندِ ٱللَّهِ خَيۡرٞۚ لَّوۡ كَانُواْ يَعۡلَمُونَ

Iyo Abayahudi bemera bakanatinya ibihano vy’Imana Allah, bari kumenya ko indishi ivuye ku Mana Allah ari yo nziza cane gusumba uburozi n’ico babukuramwo. Iyo rero baba bazi ivyo, bari kwemera vy’ukuri.