Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 71

17 : 71

Ayah 71 of الإسرَاء (17 : 71). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 71

يَوۡمَ نَدۡعُواْ كُلَّ أُنَاسِۭ بِإِمَٰمِهِمۡۖ فَمَنۡ أُوتِيَ كِتَٰبَهُۥ بِيَمِينِهِۦ فَأُوْلَٰٓئِكَ يَقۡرَءُونَ كِتَٰبَهُمۡ وَلَا يُظۡلَمُونَ فَتِيلٗا

Ntumwa y’Imana! Ibuka umusi w’izuka, igihe Twarengukije umugwi umwumwe w’abantu hamwe n’indongozi yawo bumvira kw’isi bakayikurikira; uwuzogira amahirwe rero akaba muri nya mugwi ari umweranda, maze agahabwa n’igitabu c’ivyo yakoze mu kuboko kw’ukuryo, uyo azoba ari mu bantu bazosoma igitabu cabo bahimbawe n’akamwemwe kenshi. Abo rero, ntibazorenganywa na gato ku ndishi y’ivyo bakoze, n’aho koba akantu kanzunya kangana n’akanyuzi kari ku nda y’urutete rw’itende.