Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 56

17 : 56

Ayah 56 of الإسرَاء (17 : 56). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 56

قُلِ ٱدۡعُواْ ٱلَّذِينَ زَعَمۡتُم مِّن دُونِهِۦ فَلَا يَمۡلِكُونَ كَشۡفَ ٱلضُّرِّ عَنكُمۡ وَلَا تَحۡوِيلًا

Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Nimusabe mutakambira ibigirwamana musenga mu gishingo c’Imana Allah, maze bibakureko ivyago! Ico mwomenya co, ni uko bidashoboye namba kubakurako nya vyago; kira noneho rero, ntibinashoboye no gutera ivyago n’uwundi atari mwebwe”.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irabuza gusenga no kwiyambaza ikintu na kimwe mu gishingo c’Imana Allah, caba ari umuzimu canke ikiri kizima, yaba Intumwa canke umweranda, n’ibindi.