15 : 71
قَالَ هَٰٓؤُلَآءِ بَنَاتِيٓ إِن كُنتُمۡ فَٰعِلِينَ
Luutwi aca arabiyama ababwira ati: “Ng’aba abakobwa banje ndababashingiye nimwaba mushaka kwabira ha kwipfuza abagabo!
Explanation & meanings · 1
- Muri iyi Aayah abagore, Imana Allah Yabise abakobwa ba Luutwi kuko Intumwa yarungitswe ku bantu, ifatwa nka se wabo.