Skip to content
إبراهِيم /

Ayah 47

14 : 47
إبراهِيم Ayahs 52
Surah · إبراهِيم
Ikirundi · Gehiti
14 : 47

فَلَا تَحۡسَبَنَّ ٱللَّهَ مُخۡلِفَ وَعۡدِهِۦ رُسُلَهُۥٓۚ إِنَّ ٱللَّهَ عَزِيزٞ ذُو ٱنتِقَامٖ

Ntumwa y’Imana! Ntukiyumvire ko Imana Allah Ica kubiri n’isezerano Yahaye Intumwa zayo, ryo kuzishikana ku ntsinzi no guhonya abazihakana. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Izokwihora bikwiye abansi ku musi w’izuka;

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, n’aho itumbereye Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ariko inyigisho irimwo iraba abislamu bose.