Skip to content
Ibraahiimu /

Ayah 45

14 : 45

Ayah 45 of Ibraahiimu (14 : 45). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Ibraahiimu Ayahs 52
Surah · Ibraahiimu
Ikirundi · Gehiti
14 : 45

وَسَكَنتُمۡ فِي مَسَٰكِنِ ٱلَّذِينَ ظَلَمُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ وَتَبَيَّنَ لَكُمۡ كَيۡفَ فَعَلۡنَا بِهِمۡ وَضَرَبۡنَا لَكُمُ ٱلۡأَمۡثَالَ

Muraheza mucumbika mu mazu mwasigiwe n’abirenganije aho hambere yanyu, kandi mwaramenye ukuntu Twabahoneje, Twaranabahaye uburorero butomoye muri Qor’ani, ntimwaheza ngo mwikebuke!”.

Explanation & meanings · 1
  1. Nk’abarungikiwe Intumwa Huudi n’Intumwa Swalehe (za nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).