Skip to content
إبراهِيم /

Ayah 25

14 : 25

Ayah 25 of إبراهِيم (14 : 25). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

إبراهِيم Ayahs 52
Surah · إبراهِيم
Ikirundi · Gehiti
14 : 25

تُؤۡتِيٓ أُكُلَهَا كُلَّ حِينِۭ بِإِذۡنِ رَبِّهَاۗ وَيَضۡرِبُ ٱللَّهُ ٱلۡأَمۡثَالَ لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمۡ يَتَذَكَّرُونَ

Cama ivyamwa vyaco ku gihe Imana yaco Rurema Allah Yagitegekanirije!. Burya Imana Allah, Iha uburorero abantu kugira bibuke, bikebuke.

Explanation & meanings · 1
  1. Ukwemera rero, ni nk’ico giti ciza; gutsimbataye mu mutima, kugashamika ibikorwa bitegetswe n’ingeso nziza zishimisha Imana Allah, ivyo vyose bigaheza bigahemberwa n’Imana Allah ku gihe.