Skip to content
هُود /

Ayah 9

11 : 9

Ayah 9 of هُود (11 : 9). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 9

وَلَئِنۡ أَذَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ مِنَّا رَحۡمَةٗ ثُمَّ نَزَعۡنَٰهَا مِنۡهُ إِنَّهُۥ لَيَـُٔوسٞ كَفُورٞ

Iyo Duhonjeje umuntu ku mpuhwe zacu inema yo kuroranirwa, akagira amagara n’umutekano, n’ibindi nk’ivyo, bwaca Tukamwaka nya nema, araheza agaca acika intege akarangwa n’umwiheburo atwihakana ku nema Twamuhaye.