Skip to content
هُود /

Ayah 53

11 : 53

Ayah 53 of هُود (11 : 53). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 53

قَالُواْ يَٰهُودُ مَا جِئۡتَنَا بِبَيِّنَةٖ وَمَا نَحۡنُ بِتَارِكِيٓ ءَالِهَتِنَا عَن قَوۡلِكَ وَمَا نَحۡنُ لَكَ بِمُؤۡمِنِينَ

Abantu biwe bamwishuye bati: “Ewe Huudi! Nta cemezo uratwereka kigaragaza ukuri ku vyo uturarikira, kandi rero na twe ntiturota duheba gusenga imana zacu ku kwubahiriza gusa ijambo ryawe, eka ntitunarota tukwemera;