11 : 36
وَأُوحِيَ إِلَىٰ نُوحٍ أَنَّهُۥ لَن يُؤۡمِنَ مِن قَوۡمِكَ إِلَّا مَن قَدۡ ءَامَنَ فَلَا تَبۡتَئِسۡ بِمَا كَانُواْ يَفۡعَلُونَ
Ibihano rero bigomba bishike, Nuhu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yahishuriwe n’Imana Allah, Imubwira Iti: “Nta wurota akwemera mu bantu bawe kiretse uwamaze kukwemera imbere y’aha, ntugatuntuzwe rero n’ivyo bakora;